Itanguriro 41:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Inyuma y’ivyo ndabona mu ndoto yanje, kandi ehe amahundo indwi y’intete yariko aduga ku gati kamwe, amahundo yuzuye kandi meza+.
22 “Inyuma y’ivyo ndabona mu ndoto yanje, kandi ehe amahundo indwi y’intete yariko aduga ku gati kamwe, amahundo yuzuye kandi meza+.