Abalewi 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+. Yesaya 9:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu azokeba iburyo, ariko ntazobura gusonza; umuntu azorya ibubamfu, ariko ntibazogenda bahaze+. Umwe wese muri bo azorya inyama z’ukuboko kwiwe+,
26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.
20 Umuntu azokeba iburyo, ariko ntazobura gusonza; umuntu azorya ibubamfu, ariko ntibazogenda bahaze+. Umwe wese muri bo azorya inyama z’ukuboko kwiwe+,