Itanguriro 41:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo imyaka indwi y’ikigoyi izoza mu nyuma zayo, kandi umusesekara wose wo mu gihugu ca Misiri uzokwibagirwa, ikigoyi kiyogeze koko igihugu+. Ivyakozwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo ikigoyi gitera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe, amakuba akomeye; kandi ba sogokuruza bacu ntibaronka ibiribwa+.
30 Mugabo imyaka indwi y’ikigoyi izoza mu nyuma zayo, kandi umusesekara wose wo mu gihugu ca Misiri uzokwibagirwa, ikigoyi kiyogeze koko igihugu+.
11 Mugabo ikigoyi gitera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe, amakuba akomeye; kandi ba sogokuruza bacu ntibaronka ibiribwa+.