Itanguriro 42:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Iki ni co kizobageza. Ndahiye ukubaho kwa Farawo: ntimuzova ng’aha umuhererezi wanyu adashitse aha+. Itanguriro 44:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo tuvuga duti: ‘Ntidushobora kumanuka. Nimba umuhererezi wacu ari kumwe natwe tuzomanuka, kuko tudashobora kubona mu maso ha nya mugabo, umuhererezi wacu atari kumwe natwe+.’
15 Iki ni co kizobageza. Ndahiye ukubaho kwa Farawo: ntimuzova ng’aha umuhererezi wanyu adashitse aha+.
26 Mugabo tuvuga duti: ‘Ntidushobora kumanuka. Nimba umuhererezi wacu ari kumwe natwe tuzomanuka, kuko tudashobora kubona mu maso ha nya mugabo, umuhererezi wacu atari kumwe natwe+.’