Itanguriro 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.” Itanguriro 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.
7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.”
6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.