Itanguriro 42:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na bo bavuga bati: “Abasuku bawe tuvukana+ turi cumi na babiri. Turi abahungu bavuka ku mugabo umwe+ mu gihugu ca Kanani; kandi umuhererezi uno musi ari kumwe na data+, uwundi na we ntakiriho+.”
13 Na bo bavuga bati: “Abasuku bawe tuvukana+ turi cumi na babiri. Turi abahungu bavuka ku mugabo umwe+ mu gihugu ca Kanani; kandi umuhererezi uno musi ari kumwe na data+, uwundi na we ntakiriho+.”