Itanguriro 46:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 muze kuvuga muti: ‘Abasavyi bawe twamye turi aborozi kuva mu buto bwacu gushika n’ubu, twe na ba sogokuruza bacu+,’ kugira mube mu gihugu ca Gosheni+, kuko umwungere w’intama wese ari ikintu giteye ishishi kuri Misiri+.” Kuvayo 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo Musa avuga ati: “Ntivyemerwa ko tugira gutyo, kuko twohava dushikanira Yehova Imana yacu ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri+. Nka hamwe twoshikana ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri mu maso yabo, ntibodutera amabuye?
34 muze kuvuga muti: ‘Abasavyi bawe twamye turi aborozi kuva mu buto bwacu gushika n’ubu, twe na ba sogokuruza bacu+,’ kugira mube mu gihugu ca Gosheni+, kuko umwungere w’intama wese ari ikintu giteye ishishi kuri Misiri+.”
26 Mugabo Musa avuga ati: “Ntivyemerwa ko tugira gutyo, kuko twohava dushikanira Yehova Imana yacu ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri+. Nka hamwe twoshikana ikintu giteye ishishi ku Banyamisiri mu maso yabo, ntibodutera amabuye?