Itanguriro 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo abandanya ati: “Ndakwinginze, ese Yehova atorungura n’ishavu+, mugabo reka mbandanye kuvuga+: Dufate ko mirongo itatu ari bo basanzweyo.” Na we avuga ati: “Sinzogihonya ninasangayo mirongo itatu.”
30 Mugabo abandanya ati: “Ndakwinginze, ese Yehova atorungura n’ishavu+, mugabo reka mbandanye kuvuga+: Dufate ko mirongo itatu ari bo basanzweyo.” Na we avuga ati: “Sinzogihonya ninasangayo mirongo itatu.”