Itanguriro 42:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na bo bavuga bati: “Abasuku bawe tuvukana+ turi cumi na babiri. Turi abahungu bavuka ku mugabo umwe+ mu gihugu ca Kanani; kandi umuhererezi uno musi ari kumwe na data+, uwundi na we ntakiriho+.” Itanguriro 43:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Na bo bavuga bati: “Nya mugabo yarabajije adacisha ku ruhande ibitwerekeye be n’ivyerekeye incuti zacu ati: ‘So aracariho+? Hari uwundi mwene wanyu mufise?’ Natwe tubimubwira nk’uko biri+. Twari kumenya gute koko yuko yovuze ati: ‘Nimumanukane mwene wanyu+’?”
13 Na bo bavuga bati: “Abasuku bawe tuvukana+ turi cumi na babiri. Turi abahungu bavuka ku mugabo umwe+ mu gihugu ca Kanani; kandi umuhererezi uno musi ari kumwe na data+, uwundi na we ntakiriho+.”
7 Na bo bavuga bati: “Nya mugabo yarabajije adacisha ku ruhande ibitwerekeye be n’ivyerekeye incuti zacu ati: ‘So aracariho+? Hari uwundi mwene wanyu mufise?’ Natwe tubimubwira nk’uko biri+. Twari kumenya gute koko yuko yovuze ati: ‘Nimumanukane mwene wanyu+’?”