2 Abami 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze umwami wa Siriya avuga ati: “Fata inzira! Ingo ndungikire ikete umwami wa Isirayeli.” Atangura rero kugenda, atwara mu kuboko kwiwe+ italanto cumi z’ifeza n’ibice vy’inzahabu+ ibihumbi bitandatu n’impuzu zo gukuranya+ cumi.
5 Maze umwami wa Siriya avuga ati: “Fata inzira! Ingo ndungikire ikete umwami wa Isirayeli.” Atangura rero kugenda, atwara mu kuboko kwiwe+ italanto cumi z’ifeza n’ibice vy’inzahabu+ ibihumbi bitandatu n’impuzu zo gukuranya+ cumi.