Itanguriro 42:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Batangura kubwirana bati: “Ni ukuri turi n’ikitwagira ku bijanye na mwene wacu+, kuko twabonye amarushwa yiwe igihe yatakamba asaba ngo tumwumvire impuhwe, ariko ntitwumvirize. Ni co gituma aya marushwa adushikiye+.” Zaburi 133:1 Bibiliya y’isi nshasha 133 Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbayeKo abavukana babana mu bumwe+!
21 Batangura kubwirana bati: “Ni ukuri turi n’ikitwagira ku bijanye na mwene wacu+, kuko twabonye amarushwa yiwe igihe yatakamba asaba ngo tumwumvire impuhwe, ariko ntitwumvirize. Ni co gituma aya marushwa adushikiye+.”