Itanguriro 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bene Yafeti bari Gomeri+ na Magogi+ na Madayi+ na Yavani+ na Tubali+ na Mesheki+ na Tirasi+. Itanguriro 10:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Havuka uruvyaro no kuri Shemu, sekuruza wa bene Eberi+ bose, mwene wabo na Yafeti umukuru wa bose.
21 Havuka uruvyaro no kuri Shemu, sekuruza wa bene Eberi+ bose, mwene wabo na Yafeti umukuru wa bose.