Abaroma 9:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nimba rero Imana, naho igomba kwerekana uburake bwayo no kumenyekanisha ububasha bwayo yarihanganiye n’ukwiyumanganya kwinshi ivyombo vy’uburake vyagizwe ibibereye gutikizwa+ 1 Petero 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 izari zagambaraye kera+ hamwe ukwihangana kw’Imana+ kwari kurindiriye mu misi ya Nowa, igihe bwa bwato bwariko burubakwa+, ubwo abantu bakeyi, ni ukuvuga abantu umunani, bakirijwemwo biciye mu mazi+. 2 Petero 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ntatevye ku bijanye n’umuhango wiwe+, nk’uko bamwe babona uguteba, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe arandurwa, ahubwo ashaka ko bose bashika ku kwigaya+.
22 Nimba rero Imana, naho igomba kwerekana uburake bwayo no kumenyekanisha ububasha bwayo yarihanganiye n’ukwiyumanganya kwinshi ivyombo vy’uburake vyagizwe ibibereye gutikizwa+
20 izari zagambaraye kera+ hamwe ukwihangana kw’Imana+ kwari kurindiriye mu misi ya Nowa, igihe bwa bwato bwariko burubakwa+, ubwo abantu bakeyi, ni ukuvuga abantu umunani, bakirijwemwo biciye mu mazi+.
9 Yehova ntatevye ku bijanye n’umuhango wiwe+, nk’uko bamwe babona uguteba, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe arandurwa, ahubwo ashaka ko bose bashika ku kwigaya+.