Kuvayo 32:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yehova atangura kwicuza ku nabi yari yavuze ko akorera abantu biwe+. 1 Samweli 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ndicujije+ koko kubona narimitse Sauli ngo abe umwami, kuko yasubiye inyuma+ akareka kunkurikira, kandi ntashitse amajambo yanje+.” Ivyo bibabaza Samweli+, aguma aririra Yehova ijoro ryose+.
11 “Ndicujije+ koko kubona narimitse Sauli ngo abe umwami, kuko yasubiye inyuma+ akareka kunkurikira, kandi ntashitse amajambo yanje+.” Ivyo bibabaza Samweli+, aguma aririra Yehova ijoro ryose+.