Zaburi 78:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ese ukuntu bayigarariza kenshi mu gahinga+,Bakayibabariza mu bugaragwa+! Zaburi 95:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;
10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;