Itanguriro 41:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Imbere y’uko umwaka w’ikigoyi ushika, Yozefu avyarirwa abahungu babiri+, abo Asenati umukobwa wa Potifera umuherezi w’i Oni yamuvyariye.
50 Imbere y’uko umwaka w’ikigoyi ushika, Yozefu avyarirwa abahungu babiri+, abo Asenati umukobwa wa Potifera umuherezi w’i Oni yamuvyariye.