Abaroma 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko rero, ntibiva ku wushaka canke ku wiruka, ahubwo biva ku Mana+, ari yo igira imbabazi+.