Esiteri 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Umugabo umwe w’Umuyuda yari ku kirimba Shushani+, akaba yitwa Morudekayi+ mwene Yayiri, Yayiri mwene Shimeyi, Shimeyi mwene Kishi Umubenyamini+, Esiteri 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umwami Ahasuwerusi aca abwira Esiteri umwamikazi na Morudekayi Umuyuda ati: “Ehe nahaye Esiteri+ inzu ya Hamani, kandi uno bamumanitse ku giti+, kubera ko yari yatumye ukuboko ngo agirire nabi Abayuda.
5 Umugabo umwe w’Umuyuda yari ku kirimba Shushani+, akaba yitwa Morudekayi+ mwene Yayiri, Yayiri mwene Shimeyi, Shimeyi mwene Kishi Umubenyamini+,
7 Umwami Ahasuwerusi aca abwira Esiteri umwamikazi na Morudekayi Umuyuda ati: “Ehe nahaye Esiteri+ inzu ya Hamani, kandi uno bamumanitse ku giti+, kubera ko yari yatumye ukuboko ngo agirire nabi Abayuda.