Itanguriro 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko hasigaye imisi indwi gusa nkagwisha imvura+ kw’isi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+; kandi nzohanagura ku buringanire bw’ubutaka ikintu cose kiri n’ubuzima naremye+.”
4 Kuko hasigaye imisi indwi gusa nkagwisha imvura+ kw’isi imisi mirongo ine n’amajoro mirongo ine+; kandi nzohanagura ku buringanire bw’ubutaka ikintu cose kiri n’ubuzima naremye+.”