Itanguriro 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Imana itangura gukora ikirere no gutandukanya amazi akwiye kuba munsi y’ikirere n’amazi akwiye kuba hejuru y’ikirere+. Biraheza biba kuno. Itanguriro 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nowa yari afise imyaka amajana atandatu igihe umwuzure w’amazi waza kw’isi+. Matayo 24:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 ntihagire ico bitaho gushika aho isegenya riziye rikabakukumura bose+, ni ko n’ukuhaba kw’Umwana w’umuntu kuzomera. 2 Petero 2:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 kandi nimba itaretse guhana isi ya kera+, mugabo ikazigama Nowa umwamamaji w’ubugororotsi+ hamwe n’abandi indwi+ igihe yazana umwuzure+ kw’isi y’abantu batibanga Imana;
7 Maze Imana itangura gukora ikirere no gutandukanya amazi akwiye kuba munsi y’ikirere n’amazi akwiye kuba hejuru y’ikirere+. Biraheza biba kuno.
39 ntihagire ico bitaho gushika aho isegenya riziye rikabakukumura bose+, ni ko n’ukuhaba kw’Umwana w’umuntu kuzomera.
5 kandi nimba itaretse guhana isi ya kera+, mugabo ikazigama Nowa umwamamaji w’ubugororotsi+ hamwe n’abandi indwi+ igihe yazana umwuzure+ kw’isi y’abantu batibanga Imana;