Itanguriro 7:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko ikiri n’umubiri cose cagendagenda kw’isi kirapfa+, mu biremwa biguruka no mu bitungwa no mu bikoko no mu biremwa bigwirirana vyose vyagwirirana kw’isi, no mu bantu bose+. Zaburi 104:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+.
21 Nuko ikiri n’umubiri cose cagendagenda kw’isi kirapfa+, mu biremwa biguruka no mu bitungwa no mu bikoko no mu biremwa bigwirirana vyose vyagwirirana kw’isi, no mu bantu bose+.
29 Uhishije mu maso hawe, bihagarika umutima+.Utwaye impwemu yavyo, biracikana+,Bigasubira mu mukungugu wavyo+.