1 Petero 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 izari zagambaraye kera+ hamwe ukwihangana kw’Imana+ kwari kurindiriye mu misi ya Nowa, igihe bwa bwato bwariko burubakwa+, ubwo abantu bakeyi, ni ukuvuga abantu umunani, bakirijwemwo biciye mu mazi+.
20 izari zagambaraye kera+ hamwe ukwihangana kw’Imana+ kwari kurindiriye mu misi ya Nowa, igihe bwa bwato bwariko burubakwa+, ubwo abantu bakeyi, ni ukuvuga abantu umunani, bakirijwemwo biciye mu mazi+.