19 Urubibe rw’Umunyakanani rwahera rero i Sidoni rugashika i Gerari+, hafi ya Gaza+, rugashika i Sodomu n’i Gomora+ n’i Adima+ n’i Zeboyimu+, hafi ya Lasha.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: