ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Ku bw’ivyo rero Yehova avuga ati: “Induru y’ukwidogera Sodomu na Gomora+, emwe, ni nyinshi, kandi igicumuro cabo, emwe, kiraremereye cane+.

  • Itanguriro 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko baguma basemerera kuri Loti bamubwira bati: “Ba bagabo binjiye iwawe iri joro bari he? Basohore ubazane aho turi turyamane na bo+.”

  • Abaroma 1:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 kandi n’abagabo nyene baretse uko umubiri w’umugore usanzwe ukoreshwa+, barurumba bimwe bikaze mu nambu ikomeye bagiriranira, abagabo ku bagabo+, bagakora ibiteye isoni+ kandi bakaronka muri bo impembo ishitse+, iyari ikwiranye n’ubuzimire bwabo+.

  • 2 Petero 2:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 kandi igatsindisha+ vya bisagara Sodomu na Gomora mu kubihindura iminyota, gutyo igashiriraho abantu batibanga Imana icitegererezo c’ibintu bizoza+;

  • Yuda 7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ni ko na Sodomu na Gomora n’ibisagara vyari bihakikije+, aho bimariye gukora ubusambanyi cokimwe n’abo bamarayika bikimonogoza, bigakurikira umubiri ku bwo kuwukoresha ibidakorwa+, vyashizwe imbere yacu ngo bitubere akarorero ko kutuburira+ mu gushikirwa n’igihano c’urubanza c’umuriro utazima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika