Kuvayo 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nya mwana arakura. Maze amuzanira umukobwa wa Farawo, ku buryo acika nk’umuhungu wiwe+; araheza amwita Musa, avuga ati: “Ni kubera ko namukuye mu mazi+.”
10 Nya mwana arakura. Maze amuzanira umukobwa wa Farawo, ku buryo acika nk’umuhungu wiwe+; araheza amwita Musa, avuga ati: “Ni kubera ko namukuye mu mazi+.”