Itanguriro 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko abandanya ati: “Nta nkeka nzogaruka kuri wewe mu mwaka uza nk’aya mango, kandi ehe Sara umugore wawe azoronka umuhungu+.” Sara na we yariko yumviriza ari mu bwinjiriro bw’ihema ryari inyuma ya nya muntu. Abaroma 9:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ijambo ry’umuhango ryavuga uku: “Nk’aya mango nzoza, kandi Sara azoronka umuhungu+.”
10 Nuko abandanya ati: “Nta nkeka nzogaruka kuri wewe mu mwaka uza nk’aya mango, kandi ehe Sara umugore wawe azoronka umuhungu+.” Sara na we yariko yumviriza ari mu bwinjiriro bw’ihema ryari inyuma ya nya muntu.