Itanguriro 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.” Itanguriro 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Yehova yitaho Sara nk’uko yari yaravuze, maze Yehova agirira Sara nk’uko yari yaravuze+.
14 Hari ikidashoboka kuri Yehova+? Ku gihe cashinzwe nzogaruka kuri wewe, mu mwaka uza nk’aya mango, kandi Sara azoronka umuhungu.”