Itanguriro 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga.
16 Uwo mwigeme yari ateye igomwe+; yari isugi kandi nta mugabo yari bwaryamane na we+. Nuko amanuka kw’isôko maze atangura kwuzuza umubindi wiwe w’amazi hanyuma araduga.