Abacamanza 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ng’uyu umukobwa wanje w’isugi n’incoreke y’uwo mugabo. Ndabingize mureke ndabasohore, maze mubashurashuze ku nguvu+, mubakorere ico mubona ko ari ciza. Ariko uyu mugabo ntimumugirire ico kintu c’agaterasoni kandi c’ubusazi.”
24 Ng’uyu umukobwa wanje w’isugi n’incoreke y’uwo mugabo. Ndabingize mureke ndabasohore, maze mubashurashuze ku nguvu+, mubakorere ico mubona ko ari ciza. Ariko uyu mugabo ntimumugirire ico kintu c’agaterasoni kandi c’ubusazi.”