Ivyakozwe 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+? 1 Petero 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kubera ko mutabandanya kwiruka hamwe na bo muri iyo nzira muja mu rushanga rumwe rw’ubuhumbu+, barazazanirwa bakabandanya kubatuka+.
27 Mugabo uwariko ararenganya mugenziwe, amushiburira nka hariya, avuga ati: ‘Ni nde yakugize umutware n’umucamanza kuri twebwe+?
4 Kubera ko mutabandanya kwiruka hamwe na bo muri iyo nzira muja mu rushanga rumwe rw’ubuhumbu+, barazazanirwa bakabandanya kubatuka+.