Guharura 16:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 “Haguruke muve hagati muri iri koraniro, kugira ngo ndaritikize mu kanya isase+.” Baca bagwa bubamye+. Ivyahishuwe 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.
45 “Haguruke muve hagati muri iri koraniro, kugira ngo ndaritikize mu kanya isase+.” Baca bagwa bubamye+.
4 Maze numva irindi jwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Nimuve iwe, bantu banje+, nimba mudashaka gusangira na we ibicumuro vyiwe+, nimba kandi mudashaka kuronka ku vyago vyiwe.