2 Ngoma 36:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+. Luka 17:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Muri ubwo buryo nyene, nk’uko vyabaye mu misi ya Loti+: bararya, baranywa, baragura, baragurisha, baratera, barubaka.
16 Mugabo baguma bashinyagurira+ izo ntumwa z’Imana y’ukuri, basuzugura amajambo yayo+ bongera batwenga+ abahanuzi bayo, gushika ubushangashirwe+ bwa Yehova buje ku bantu biwe, gushika aho gukira bitaba bigishoboka+.
28 Muri ubwo buryo nyene, nk’uko vyabaye mu misi ya Loti+: bararya, baranywa, baragura, baragurisha, baratera, barubaka.