Itanguriro 18:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Avuga ati: “Yehova, nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze nturengane umusavyi wawe+. Abacamanza 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+.
3 Avuga ati: “Yehova, nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze nturengane umusavyi wawe+.
17 Na we amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, ukwiye rero kunkorera ikimenyetso cerekana ko ari wewe uriko uvugana nanje+.