Habakuki 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa. 2 Petero 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ntatevye ku bijanye n’umuhango wiwe+, nk’uko bamwe babona uguteba, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe arandurwa, ahubwo ashaka ko bose bashika ku kwigaya+. Ivyahishuwe 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ati: “Ntihagire ico mugira isi canke ikiyaga canke ibiti, gushika tumaze kudoma ikidodo+ ku bashumba b’Imana yacu mu ruhanga rwabo+.”
3 Kuko ivyo bintu vyerekanywe bikirindiriye igihe vyashingiwe+, kandi biguma vyihuta bigana kw’iherezo, kandi ntibizobesha. Naho vyoteba, ugume ubirindiriye; kuko bitazobura kuranguka+. Ntibizocererwa.
9 Yehova ntatevye ku bijanye n’umuhango wiwe+, nk’uko bamwe babona uguteba, ahubwo yihanganiye mwebwe kuko adashaka yuko hagira n’umwe arandurwa, ahubwo ashaka ko bose bashika ku kwigaya+.
3 ati: “Ntihagire ico mugira isi canke ikiyaga canke ibiti, gushika tumaze kudoma ikidodo+ ku bashumba b’Imana yacu mu ruhanga rwabo+.”