Itanguriro 18:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko nya bagabo barahindukira bavuye ng’aho maze bafata inzira baja i Sodomu; mugabo Yehova+ we, yari agihagaze imbere ya Aburahamu+.
22 Nuko nya bagabo barahindukira bavuye ng’aho maze bafata inzira baja i Sodomu; mugabo Yehova+ we, yari agihagaze imbere ya Aburahamu+.