Itanguriro 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko, bakimara kubashikana ku mubari w’igisagara, avuga ati: “Hunga unyage amagara+! Nturabe inyuma yawe+ kandi ntuhagarare muri iyi Ntara yose+! Hungira mu karere k’imisozi ntuhave uzimanganywa+!”
17 Nuko, bakimara kubashikana ku mubari w’igisagara, avuga ati: “Hunga unyage amagara+! Nturabe inyuma yawe+ kandi ntuhagarare muri iyi Ntara yose+! Hungira mu karere k’imisozi ntuhave uzimanganywa+!”