Itanguriro 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko rero aryamana na Hagari, uno aribungenga. Amenye ko yibungenze, inabuja atangura gusuzugurika mu maso yiwe+.
4 Nuko rero aryamana na Hagari, uno aribungenga. Amenye ko yibungenze, inabuja atangura gusuzugurika mu maso yiwe+.