Itanguriro 15:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko atangura kubwira Aburamu ati: “Umenye neza yuko uruvyaro rwawe ruzocika kavamahanga mu gihugu kitari icabo+, kandi bazobwirizwa gukorera abantu baho, kandi bano bazobateza amarushwa imyaka amajana ane+. Ivyakozwe 7:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+. Abagalatiya 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Mugabo nk’uko ico gihe uwavutse mu buryo bw’umubiri yatanguye guhama+ uwavutse mu buryo bw’impwemu, n’ubu ni ukwo+.
13 Nuko atangura kubwira Aburamu ati: “Umenye neza yuko uruvyaro rwawe ruzocika kavamahanga mu gihugu kitari icabo+, kandi bazobwirizwa gukorera abantu baho, kandi bano bazobateza amarushwa imyaka amajana ane+.
6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.
29 Mugabo nk’uko ico gihe uwavutse mu buryo bw’umubiri yatanguye guhama+ uwavutse mu buryo bw’impwemu, n’ubu ni ukwo+.