Itanguriro 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.” Itanguriro 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi ikinyabuzima cose co kw’isi n’ikiremwa kiguruka cose co mu kirere, ikintu cose kigendagenda ku butaka, n’amafi yose yo mu kiyaga bizobandanya kubatinya no gucika ivutu kubera mwebwe. Ubu bishizwe mu kuboko kwanyu+. Zaburi 8:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Umuha kuganza ibikorwa vy’amaboko yawe+;Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe+:
26 Imana yongera kuvuga iti: “Tureme+ umuntu mw’ishusho yacu+, nk’uko dusa+, aganze amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibitungwa, n’isi yose, n’igikoko kigendagenda cose kigendagenda kw’isi+.”
2 Kandi ikinyabuzima cose co kw’isi n’ikiremwa kiguruka cose co mu kirere, ikintu cose kigendagenda ku butaka, n’amafi yose yo mu kiyaga bizobandanya kubatinya no gucika ivutu kubera mwebwe. Ubu bishizwe mu kuboko kwanyu+.