Itanguriro 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye. Kuvayo 20:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kandi niwankorera igicaniro c’amabuye, ntuze wubakishe amabuye abajwe. Uramutse ugikojejeko isinzo yawe, uzoba ugihumanije+. Abaheburayo 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Turi n’igicaniro abakora igikorwa ceranda kw’ihema badafise uburenganzira bwo kurya ibiri kuri co+.
7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.
25 Kandi niwankorera igicaniro c’amabuye, ntuze wubakishe amabuye abajwe. Uramutse ugikojejeko isinzo yawe, uzoba ugihumanije+.
10 Turi n’igicaniro abakora igikorwa ceranda kw’ihema badafise uburenganzira bwo kurya ibiri kuri co+.