Zaburi 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Umumarayika wa Yehova akambitse irya n’ino y’abatinya Imana+,Kandi arabakiza+. Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+. Matayo 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”
5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”