5 Gutyo Aburamu afata Sarayi umugore wiwe+, na Loti umuhungu wa mwene wabo+, n’ibintu vyose bari bararundanije+, be n’abantu bari bararonse i Harani, bavayo bafata inzira kugira baje mu gihugu ca Kanani+. Amaherezo bashika mu gihugu ca Kanani.
4 Maze ava mu gihugu c’Abakaludaya, agerera i Harani. Se wiwe amaze gupfa+, Imana imukura ng’aho, ituma yimuka ngo agerere muri iki gihugu mubamwo ubu+.