Itanguriro 24:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko nya musuku ashira ukuboko munsi y’itako rya Aburahamu shebuja, maze aramurahira ku bijanye n’ico kintu+. Yosuwa 2:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nya bagabo na bo bamubwira bati: “Nta caha kitwagira ku bijanye n’iyi ndahiro yawe uturahije+.
9 Nuko nya musuku ashira ukuboko munsi y’itako rya Aburahamu shebuja, maze aramurahira ku bijanye n’ico kintu+.