ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Umusi mukuru w’insago+ ukwiye kuwihimbariza imisi indwi igihe wegeranya ivyo ku mbuga yawe y’ikubitiro no mu ruganiro rwawe rw’amavuta n’umuvinyu.

  • Nehemiya 8:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Maze basanga mw’itegeko handitswe ko Yehova yari yarategetse biciye kuri Musa+ yuko bene Isirayeli bakwiye kuba mu nsago+ mu gihe c’umusi mukuru mu kwezi kugira indwi+,

  • Yohani 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ariko umusi mukuru w’Abayuda, ari wo musi mukuru w’insago+, wari hafi.

  • Yohani 7:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika