Guharura 13:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+. Gusubira mu vyagezwe 8:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,
27 Nuko bamenyesha Musa bati: “Twarinjiye mu gihugu waturungitsemwo, kandi koko gitemba amata n’ubuki+; ng’ibi ivyamwa vyaco+.
7 Kuko Yehova Imana yawe ariko arakujana mu gihugu ciza+, igihugu c’imyonga y’amazi, c’imbizi be n’inyenga z’amazi bidudubiza mu kiyaya c’umubande+ no mu karere k’imisozi,