Abacamanza 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yuda aca araduga maze Yehova atanga Abanyakanani n’Abaperizi mu maboko yabo+, ku buryo babatsindira i Bezeki: batsinda abagabo ibihumbi cumi. Abacamanza 11:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Yehova Imana ya Isirayeli aca atanga Sihoni n’abantu biwe bose mu kuboko kwa Isirayeli, barabakubita maze Isirayeli yigarurira igihugu cose c’Abamori baba muri ico gihugu+.
4 Yuda aca araduga maze Yehova atanga Abanyakanani n’Abaperizi mu maboko yabo+, ku buryo babatsindira i Bezeki: batsinda abagabo ibihumbi cumi.
21 Yehova Imana ya Isirayeli aca atanga Sihoni n’abantu biwe bose mu kuboko kwa Isirayeli, barabakubita maze Isirayeli yigarurira igihugu cose c’Abamori baba muri ico gihugu+.