ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Inyuma y’ivyo, umuntu yari yahunze araza abibwira Aburamu Umuheburayo+. Ico gihe yari ashinze ikambi mu biti binini vya Mamure Umwamori+, mwene wabo na Eshikoli akaba na mwene wabo na Aneri+; bano bari bifatanije na Aburamu.

  • Itanguriro 40:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Kuko nanyurujwe vy’ukuri nkuwe mu gihugu c’Abaheburayo+; kandi no ng’aha nta kintu na kimwe nakoze cotumye banshira muri iki cobo c’ibohero+.”

  • Kuvayo 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko Musa na Aroni binjira kwa Farawo, bamubwira bati: “Ibi ni vyo Yehova Imana y’Abaheburayo avuze: ‘Uzogeza ryari kwanka kunyobokera+? Rekura abantu banje bankorere.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika