Gusubira mu vyagezwe 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Ayo Majambo Yehova yayabwiye ishengero ryanyu ryose ku musozi hagati mu muriro+, mu gicu no mu muzimagiza w’umuzitanya, akoresheje ijwi rirenga, kandi nta co yongeyeko; inyuma y’ivyo ayandika ku bisate vy’amabuye bibiri, araheza arabimpa+. Matayo 5:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwo wese rero arenga+ rimwe muri aya mabwirizwa mato hanyuma y’ayandi kandi akigisha abantu kugenza gutyo, azokwitwa ‘muto hanyuma y’abandi’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru+. Nayo umuntu wese ayashira mu ngiro kandi akayigisha+, uwo azokwitwa ‘umukuru+’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru.
22 “Ayo Majambo Yehova yayabwiye ishengero ryanyu ryose ku musozi hagati mu muriro+, mu gicu no mu muzimagiza w’umuzitanya, akoresheje ijwi rirenga, kandi nta co yongeyeko; inyuma y’ivyo ayandika ku bisate vy’amabuye bibiri, araheza arabimpa+.
19 Uwo wese rero arenga+ rimwe muri aya mabwirizwa mato hanyuma y’ayandi kandi akigisha abantu kugenza gutyo, azokwitwa ‘muto hanyuma y’abandi’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru+. Nayo umuntu wese ayashira mu ngiro kandi akayigisha+, uwo azokwitwa ‘umukuru+’ mu bijanye n’ubwami bwo mw’ijuru.