Matayo 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”
5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”