Ivyakozwe 7:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 mwebwe abaronse Itegeko nk’uko ryashikirijwe n’abamarayika+ mugabo mukaba mutarigumije.” Abagalatiya 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 None Itegeko rihari kubera iki? Ryongeweko kugira ngo ibigabitanyo bije ahabona+, kugeza hashitse+ uruvyaro rwari rwarahawe umuhango; kandi ryashikirijwe biciye ku bamarayika+, ricishwa mu kuboko kw’umuhuza+.
19 None Itegeko rihari kubera iki? Ryongeweko kugira ngo ibigabitanyo bije ahabona+, kugeza hashitse+ uruvyaro rwari rwarahawe umuhango; kandi ryashikirijwe biciye ku bamarayika+, ricishwa mu kuboko kw’umuhuza+.